Abaririmvyi barenga batandatu nibo bazoba bari mu giteramo ca Kenny Sol

Mugiteramo ca Kenny sol batumiye abaririvyi barenga batandatu.

Umuririmvyi Kenny Sol wo mu gihugu kibanyi c’Urwanda azoba ari mu Burundi mu giteramo. Ico giteramo kikaba kizotangura kuva itariki 10 Ruhuhuma i Bujumbura ni itariki 11 Ruhuhuma i Gitega. Kenny Sol akaba yamenyekanye cane i Burundi kubw’ indirimbo « Quality » yakoranye na Double-jay OnceAgain.

Murico giteramo rero hakaba hatumiwe abaririmvyi batandukanye nka Drama T, Alvin smith frimeur, Double Jay, Wiz Designer, We Love Muzika, O.l.g Olegue n’utundi tubirya. Azoba ari akaryo ko kubona double jay na Kenny Sol baririmbana indirimbo « Quality”.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO