Abigeme 12 nibo bashitse muri final ya Miss Burundi 2022

Muri final ya Miss Burundi 2022 hashitseyo abigeme 12 gusa aho muri demi final hariyo abigeme 25.

Abigeme 12 nibo bashoboye gushika muri final ya Miss Burundi 2022 , aho nimugihe muri demi final ya Miss Burundi 2022 hariyo abigeme bagera kuri 25 , ariko Ubu hakaba hasigaye abigeme 12.

Abigeme bashitse muri final ya Miss Burundi 2022:

No 2.Dushime Charmene yaserukiye province Cibitoke ,
No 6.Ishimwe Lyse Ladia yaserukiye province Ngozi,
No 7.Ishimwe Aimée Gloire yaserukiye province Bururi,
No 9.Irakoze Nassra yaserukiye province Bujumbura Mairie,
No 14.Iradukunda Christa Ardene Yaserukiye province Kayanza,
No 17.Muhoza Aimée chersy yaserukiye province Bujumbura,
No 19.Ngaruko Kelly yaserukiye province Bujumbura mairie,
No 20.Nimubona Gabriella yaserukiye province Bujumbura Mairie,
No 22.Nishimwe Emelyne Alicia yaserukiye province Gitega,
No 23.Ndahiro Mégane yaserukiye province Karusi,
No 24.Niteka Marvella yaserukiye province Bujumbura Mairie,
No 25. Sezerano Arlene Antoine yaserukiye province Bubanza},

Abo akaba aribo bashitse muri Final aho ariho hazovamwo Miss Burundi 2022.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO