Alvin Smith aherutse gushira ahabona indirimbo arikumwe na Juno kizigenza

Alvin smith aherutse gushira hanze indirimbo arikumwe na Juno kizigenza aho bayise ’’Akadaje’’.

Alvin smith numwe mubaririvyi bariko barakora cane ,aho novuga yuko hari haheze ukwezi ashize ahabona indirimbo arikumwe n’umwigeme wumunyarwanda azwi kw’izina rya Bwiza aho iyo ndirimbo yitwa ’’Turajana’’.

Nkavuga yuko abaririvyi bava mu rwanda biboneka yuko bariko barakorera mubumwe n’abaririvyi babarundi, ivyo bikaboneka neza kumuziki uriko uratera imbere .

Alvin smith akaba yaciye asubira gukorana numuririvyi akomeye cane ava mugihugu c’urwanda azwi kw’izina nka Juno kizigenza iyo ndirimbo bakaba bayise ’’Akadaje’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO