Ambassadeur FRANCINE NIYONSABA yitezwe mw’ihiganwa rya Wanda Diamond League

FRANCINE NIYONSABA yitezwe kuri uyu wakane mw’ihiganwa rya Diamond League.

Ambassadeur FRANCINE NIYONSABA aritezwe kuruyu wa kane mw’ihiganwa rya Wanda Diamond League rigiye kubera I Oslo mu gihugu ca Norvege.

Niyitaba iryo higanwa rya Oslo, rizoba ribaye ihiganwa rigira gatatu yitavye mu mahiganwa atandatu amaze kuba.

Twobibutsa ko uyu mwaka hategekanijwe kuzoba amahiganwa 14 ya Diamond League.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO