UBURUNDI:Andy Breezy ahejeje gushira ahabona indirimbo yise ’’Habibi’’

Andy Breezy yahoze arumutavyi akomeye cane mu gihugu cu Burundi ahejeje gushira ahabona indirimbo yise ’’Habibi’’

Ni Andy Breezy yarasazwe amenyerewe mu gutamba , aho yarasazwe aharurwa mubatavyi bambere mugihugu cu Burundi, aho yahoze mumurwi witwa TBA , aho uwo murwi warimwo abatavyi bakomeye cane mugihugu cu Burundi .

Andy Breezy aho kuruno musi ariho yashira hanze indirimbo arikumwe numuririvyi G Floks na KZ wamaana.

Aho G Floks asazwe arumuririvyi akomeye cane ,ndetse akaba anafise indirimbo yashitse kure cane , ndetse ishimisha benshi .

KZ Wamaana akaba asazwe arumuhinyanyuzi ’indirimbo .

Andy Breezy agasaba barya bose bahora bamushigikira mugutamba kobomushigikira nomukuririmba .

Ubu Andy Breezy akaba yashize ahabona indirimbo yise ’’Habibi’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO