UBURUNDI:Andy Breezy numwe mubatavyi bariko babikora neza mugihugu cu Burundi

Andy Breezy aho aza mubatavyi bambere babikora neza mugihugu cu Burundi,aho asanzwe arumutavyi akomeye cane.

Andy Breezy numwe mubatavyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho asazwe arumutavyi akomeye cane .

Aho ubona neza yuko mubatavyi ndetse nomubaririvyi Andy Breezy ubona yuko kuma réseaux sociaux akwirikiranwa cane , ugiye nko kuri ’’Instagram , snapchat , Tiktok ’’ .

Andy Breezy aho avuga yuko umwuga wogutamba wofatwa nkiyindi myuga nko ’’ Kuririmba , Art ......, ndetse nibindi .

Kuko ugiye kuraba umwuga wogutamba urakudwa cane kuruta iyindi myuga .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO