B face yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi ko agiye gushira hanze indirimbo yise ’’Stamina’’

B face yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abahe indirimbo bise ’’Stamina ’’ aho azoba arikumwe numu Zambia azwi kw’izina rya Chef187
B face numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cuburundi , aho novuga yuko akomoka muri province Kayanza .
B face akaba amaze gukora ibikorwa vyinshi ndetse binashika Kure , aho novuga yuko anaharurwa mu bahanzi bambere mu Burundi.
B face kuruno mwanya bikaboneka koyatangaje kagira ashire hanze indirimbo arikumwe na Chef187 akomoka mugihugu ca zambia .
Bikaboneka yuko B face ariko aragura imbibe zumuziki ndundi , aho aguma aja gukorera ibikorwa vyiwe hanze y’igihugu .