B kobra yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze indirimbo arikumwe na O.l.g Olegue aho bayise ’’Toto town’’

B kobra aho yamenyesheje kagira ashire hanze indirimbo arikumwe na Olegue .
B Kobra aho asazwe arumuririvyikazi w’umurundi ,aho arumwigeme ariko abikora neza gose .
B kobra aho afise ibikorwa vyishi vyashitse kure ndetse bikudwa n’abenshi.
Aho yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira abahe indirimbo arikumwe na O.l.g olegue ,aho bayise ’’Toto town’’ .
Aho abo baririvyi bose basazwe bakora umudiho wa Hip hop , abantu bagakomeza kwibaza mbega indirimbo yabo bantu babiri izoba imeze gute .
Aho novuga yuko B kobra azoba ayikoranye n’umuririvyi abikora neza ariwe Olegue , aho Olegue afise ibikorwa vyishi vyashitse mu mitima yabantu .