BURUNDI: Lino G yifatiye akarere ashira ahabona indirimbo yise Legend

Lino G yahevye Hip Hop Aja guhibongoza none yasohoye Legend abakunzi b’umuziki bavuga ko guhindura umudiho bizomushikana kure

Lino G asanzwe yiyita umvukuri avuka muntara ya kayanza asanzwe akorera Igikorwa vyiwe mugisagara ca bujumbura,yatanguye akora umudiho wa HipHop mundirimbo nyinshi yagiye arakora nizo yakoranye nabandi agikora uwo mudiho.

Munyuma yagiye kubona ko bitazomworohera nkuko tubishikirizwa nabamwe mubantu bamwegereye yahisemwo Guhindura umudiho wa hip-hop Aja gukora umudiho wa Rnb.

Jibu the classic cnk Cizzo Bwoy Ni bamwe mubahinyanyuzi bakoze indirimbo Legend akaba arinayo aheruka gushira ahabona igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uyumwaka;iyo ndirimbo ikaba iriko ivugisha benshi bamwe bavugako y’iganye umuririmvyi Bosco Niyo umuririmvyi wo mugihugu c’urwanda.

Amakuru yahaye umumemyashamakuru akorera ikinyamakuru caho Muburumdi avuga ko agiye kubaha ibindi bikorwa vuba Kuko nawe yipfuza guhabwa ikibanza munandi kuberako yakoze kuva kera.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO