BURUNDI : Ado Josan aje n’indirimbo shasha yise ’’LEGELA’’

Ado Josan yashize indirimbo yiwe kuri Boomplay ikaba yitwa ’’LEGELA’’,aho ari mu baririvyi bakuzwe cane Burundi .
Ado Josan numwe mubaririvyi bakiri bato ,kandi bakuzwe cane mugihugu c’Uburundi .
Aho indirimbo yiwe yise ’’LEGELA’’ indirimbo nziza cane kandi iryoshe iza iri kuma platform nka : Boomplay ,uwuyikeneye yoyisanga kuri Boomplay .
Ado Josan numwe mu baririvyi aho asohoye indirimbo usanga ikuzwe n’abatari bake ,aho ’’LEGELA ’’ yababwiye komwotekana vuba abaha amasanamu yayo.