BURUNDI : Amateka ya "Gatoni Berthille" umwe mu batanga akazoza muri sinema ya Burundi

BURUNDI : Gatoni Berthille ni umwe mu gwaruka rukiri ruto rutanga akazoza muri sinema ya Burundi.

Gatoni Berthille yatanguye gukina sinema akiri muto cane ,aho yakinye sinema bari bise ’’UZONYITURA IKI ’’ iyo film ikaba yaratumye amenyekana ahatari hake .

Gatoni Bertille yaje gukina sinema bise ’’AMILIA SERIE ’’ aho iyo sinema yatumye ashika kubintu vyishi bitari bike
.

Gatoni Bertille akaba ari muburongozi bwa SKY MEDIA BURUNDI .

Gatoni Bertille akaba asaba Abarundi ndeste n’Abarundikazi gushigikira sinema y’Uburundi ,kugira nayo igere kure.

Raba "Amilia Series" ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO