Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
"BLOKA" Ni indirimbo nshasha y’umuririmvyi "ADOBAD" Yasangije abakunzi biwe Akaba ari nayo ndirimbo yiwe y ambere.
Ushobora kumwita "ADOBAD" canke "Champion Boy" n’umuhungu W’imyaka 20 yavukiye i Burundi Mu ntara Ya Makamba Aho bita Nyanzalac Akaba ariho akiza Mu muziki.
Bloka ni indirimbo yiwe ya mbere akoze ikaba ari Indirimbo yashimwe n’abakunzi B’umuziki w’i Burundi, n’indirimbo ikozwe neza amasanamu meza, yakorewe mu nyubakwa za One Way N’umuhinyanyuzi "IbreezyOnBeat".
Umviriza ubwambere BLOKA by Adobad