Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Numwe mubaririvyi bakiri bato ,aho afise ibikorwa vyinshi ndeste vyamenyekanye ahantu hagiye hatandukanye .
Berry Music akaba yaramaze imisi ataboneka ,ariko akaba abazaniye igikorwa gishasha yise ’’MA’’, aho afise nindirimbo zakuzwe cane nkomu Rwanda nka ’’MELANA’’ hamwe na ’’ANGELINA’’.
Munyuma yaje gushira hanze iyo yise ’’TO NIGHT’’ nayone ikaba yarashiste kure cane ,ndeste ikudwa na benshi.
Uyu muririvyi yamaze gushira hanze amashusho y’indirimbo yise "MA" aho wayisanga ku rubuga rwe rwa youtube.
Raba "MA" ngaha.