BURUNDI: Blayzo Mamelody umuririmvyi akizamuka arabatangariza Gushira ahabona Urukurikirane rw’indirimbo zigize EP yiwe

Blayzo Mamelody ni umuririmvyi akicaruka mu muziki ariko uburyo ariko aragenda aboneka biratangaje cane. Ni umuririmvyi avuka I Nyanza lac Makamba zimwe mu ntara zigize Uburundi Ariko Akaba akazi kiwe agakorera i Bujumbura ku murwa Mukuru.

Yatanguye umuziki mu mwaka wa 2020 Ariko aza kuboneka neza Mu mwaka wa 2021 Aho Itariki 31/07/2021 Yasohora Indirimbo Ifise n’amasanamu Yise "ROMANTIC".

Inyuma yaho Niho yaca aronka Label (inzu ifasha abahanzi) yitwa "MT MONEY".

Amaze kuja muri "MT MONEY" yasanzeyo Mugenzi we Ariwe "P LOVE" Baca bakora indirimbo yabo bise "Akana".

Blayzo Mamelody ubu Akaba Ariko adutangariza kurekura EP Yiwe inyuma yaho amaze igihe ataboneka.

Irabire indirimbo bise Akana by P Love & Blayzo ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Ibitekerezo

  • - Blayzo mamelody

    Thank u for supporting #rwanda kuri Ep igiye gusohoka ntikucike intege kutuba hafi 🙏🙏🙏

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO