BURUNDI : Blayzo yagaragaje izina ry’urukurikirana agiye gusohora yise PARACÉTAMOL EP
- by McBlizzo
- 29/04/2022 saa 10:02

PARACÉTAMOL EP niryo zina ry’urukurikirana ry’indirimbo zitanu agiye gushira ahabona Umuririmvyi Blayzo Mamelody.
Inyuma yo gukora indirimbo nyinshi na collabo nyinshi zakunzwe nka "Romantic", "Akana ari kumwe na mugenzi we "P Love" na Emossion aheruka guha abakunzi Biwe, Ni Blayzo Mamelody agarutse Na Ep Izoza yitwa "PARACÉTAMOL EP".
Mu kiganiro yakoranye n’ikinyamakuru "Flip-g TV" yatanze kuncuro yambere izina ry’urwo rukurikirane rw’indirimbo zitanu (5) izoba yitwa PARACÉTAMOL EP yemerera abakunzi biwe ko vuba cane azobaha ibikorwa vyiza.
Ibitekerezo
Courage ndakunda Amakuru yanyu