BURUNDI: Costa Coks agarukanye indirimbo Nshasha Yise ’Mana wee"

Costa Coks yasubiriye gusangiza Ikindi gikorwa abakunzi biwe ndetse n’abafana B’umuziki muri rusangi Mugihe yaramaze igihe kinini atabateramisha.

Costa Coks yavukiye I Bujumbura Quartier Muganga nord, Uwiwe Iyo umubajije Ibijanye n’umuziki Wiwe akubwira Ko ari Ibintu biri muri We nyene kuko asanzwe Ava mumuryango n’abaririmvyi kandi Bakijojwe.

Inyuma y’ivyo yakoze Vyinshi yibukije abafana biwe Ko ataho yagiye maze abaha igikorwa gishasha Yise "Mana weee" yasohokanye amasanamu.

Costa Coks Inyuma yiyo Ndirimbo atumenyesha Ko agiye kubandanya kubaha ibindi Ati mugume mumufata mu mugongo.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO