BURUNDI: D One umuririvyi akiri muto azwi kundirimbo nyinshi cane zamamaye

Ni D One azwi kwizina yahawe nabavyeyi Ndayikengurukiye Dieudonné ,aho D One yatanguye umuziki kuva mubwana bwiwe.
D One yatanguye kwiga guhinyanyura umuziki ,aza araca muma studio menshi agiye atandukanye harimwo Agape Records hamwe na Mastermusic .
D One munyuma yaje kuronka abamufasha aribo ITEKA MUSIC , aca atangura umuziki nyawe ,umuziki ukundwa na benshi .
D One yaje gutangura kundirimbo yise ’’WAINTING’’ indirimbo yakuzwe nabenshi ndeste inashika kure ,ubu ngubu akaba ageze kundirimbo zishika zitatu (3) aho yaraheruka kubaha niyitwa ’’UMUNYUKA’’.
D One abandanya abasaba kumushigikira ,ndeste munashigikira umuziki ndundi.
Raba umunyuka ya D One ngaha