BURUNDI: Dj Pro yashikirije ko hagiye gutangwa agashimwe ku muririvyi azokwigenza neza abicishije kuri platform Show .

Umuririvyi Dj Pro agiye gutanga agashimwe k’umuririvyi azokwigenza neza abicishije kuri platform Show.

Dj Pro numuririvyi avuka mu gihugu c’Uburundi ,akaba azwi kwizina yahawe nabavyeyi Ramadhani Ciza.

Dj Pro akaba ariwe arongoye Platform Show ,akongera akaba arumuririvyi w’Umurundi .

Dj Pro afise indirimbo nyishi zakuzwe ndeste zigiye zitandukanye.

Dj Pro akaba yamenyesheje abaririvyi b’Abarundi ko buri mwaka azotanga ubushimwe yifashishije Platform Show ,ivyo bikaba ari vyiza cane kubaririvyi b’Abarundi.

Dj Pro kuruhande rwiwe akaba yashimye kubasangiza indirimbo yise KATERINA , indirimbo irimwo impanuro nyinshi kuri wewe uza kuyumviriza .

Dj Pro akaba anatera akamo Abarundi gukunda ivyabo ,kugira nabo bagere kure

Raba Katerina ya Dj Pro ngaha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO