BURUNDI : Don Brighter yashize ahabona amazina ya Album yiwe Nshasha

King & Queen niyo Album umuririmvyi w’Umurundi Don Brighter asanzwe aba Hanze y’igihugu agiye guha abakunzi b’umuziki inyuma yo kubivuga uyu musi yasohoye amazina yayo

Don Brighter N’umuririmvyi w’Umurundi yakoze Nyinshi zakunzwe n’abakundi biwe hamwe n’abakunzi B’umuziki W’burundi Ninawe asanzwe ahagarariye ibikorwa vy’umurxi WE LOVE MUSIC akaba ari nawe CEO wa Db Music Entertainment.

Inyuma y’igihe kitari gito atariko arakora ariko aragerageza kurekura urwaruka rwiwe aribo twita Ba WE LOVE MUSIC ubona KO abakunzi b’umuziki bariko barageragerageza gushigikira ibikorwa vyuyo murwi, Don Brighter aragarutse na Album.

Ni Album izoba yiwe King & Queen izoba Ifise indirimbo zishika kuri cumi Harimwo n’agakemanyi ako twokwita aka Bonus Kagura cumi na rimwe, abakunzi biwe bakaba buteguriye bidasanzwe ico gikorwa cuwo muririmvyi Don Brighter asanzwe aba Hanze y’igihugu.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO