BURUNDI: Frank G80 Inyuma y’igihe ataboneka aragarutse n’ikindi gikorwa Arikumwe na Kingorongoro

Umuririmvyi Frank G80 Yamenyekanye cane Mu ndirimbo nka "Mukundiki" n’izindi zigiye zitandukanye aragarutse Mu gakino Inyuma Y’igihe kitari gito ataboneka Nk’uko tubikesha abamwegereye Bavuga ko nawe ajaje.

Inyuma y’indirimbo Yise "Giswi" Ubu naho agarutse n’iyindi yise "Je Suis Là" Arikumwe n’umu Raperi ariko aravyifatamwo neza "MagicSoldier Kingorongoro" ATI Vuba Cane Ndagaruka kubereka ko Ndahari.

Frank G80 Ndakwibutse ko ari Umuririmvyi Yakoze cane indirimbo zakunzwe Nyinshi Nka "Mukundiki" indirimbo yavyifashemwo neza irakundwa n’abakunzi biwe, Frank G80 afise amateka yiwe yubatse nk’uko tubikesha bimwe Mubikorwa Yagiye arakora.

Banza wumve kwanza "Giswi" ATI: Je Ndi Igiswi Cinobera nyita Giswi kuko Ndironderera "

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO