BURUNDI : "Ibreezy" Azwi nka "ONE Way" agiye Kubongera Ikindi gikorwa

Ibreezy akaba ari mu bahinyanyuzi bakomeye cane mu Burundi ,aho yamenyekanye cane mubihugu bigiye bitandukanye.

Ibreezy "ONE WAY" akaba agira asohore indirimbo yise ’’OOH LA!’’ iyo ndirimbo akazoba arikumwe n’abaririvyi bakomeye cane muburundi ,abo ninka "Miss Erica Yamenyekanye cane muri Kiundo Ngaho murwa ndetse no muri Empire avenue Mu Burundi, Hamwe na Crown Baddext.

Iyo ndirimbo abenshi bakaba bayiteze bikomeye cane ,kuko uwo muhinyanyuzi iyo akoze indirimbo usanga arindirimbo zimeze neza cane ,ndeste niyo ndirimbo akaba ariwe azoyikorera.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO