BURUNDI: "JOY" Niryo zina ry’indirimbo MTC Yasangije abakunzi bayo

Inyuma y’imisi myinshi bataboneka baragarutse n’a JOY indirimbo ukoze neza cane nkuko tubikesha abakunzi B’umuziki w’i Burundi.

Inyuma yaho tubahaye Amakuru Y’umurwi Wa Victorious Team Ubu naho turaje n’iyi miyabaga ikiri mito aribo MTC(More Than Conquerors) Kundirimbo yabo nshasha bise "Joy".

Amakuru yabo Twebwe nka GenesisBizz turabemereye kuyabatohoreza inkuru imwimwe ukwayo ariko ICO twipfuza gusangiza abakunzi B’umuziki w’i Burundi n’abakunzi b’uyu murwi ni iki gikorwa gishasha basohoye basangije abakunzi babo .

Reka tuguhe umwanya urabe Iki gikorwa ca MTC.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO