BURUNDI : "Legela" Niyo Ndirimbo "Ado Josan" Yasangije abakunzi biwe

LEGELA N’indirimbo Ya Ado Josan yasohotse Ku musi w’ejo Ku m’asanamu meza cane

Ado Josan n’umwe Mu baririmvyi b’Abarundi bariko barakora cane, Abamuzi yakoze vyinshi yakoranye na Benshi Harimwo umurwi Urban Boys Yo Mu gihugu kibanye c’u Rwanda.

Inyuma yaho aza gukora indirimbo "Hmm" yafashijwemwo N’umuririmvyi Big Fizzo irabibora neza Iza gukwiza Umuriyoni wama Views Ibintu bitari bimenyerewe , aza gukurikizaho iyo Yise "Utujede" nayonyene Iza kuvyifatamwo neza.

Ubu naho mumisi Mike yamaze Mu gihugu c’u Burundi Yagiye akoze vyinshi Harimwo n’iyi Ndirimbo Yise "Legela" aza kuyisohora ifite amasamu meza.

Raba Legela ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Ibitekerezo

  • - Ignace tuyisabe

    Iyo ndirimbo ndashaka kuyakira

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO