Mollie King yibarutse umwana w’umukowa yabyaranye n’umukunzi we Stuart Broad...
- 25/11/2022 saa 10:04
Inyuma yo kwemerera abakunzi biwe ko Agiye kuza arabaha Indirimbo buri Indwi,Munyuma abona ntibifata Ubu ho yatuzaniye iyo yise MALOKWE
Ni Mb Data N’umuririmvyi w’umurundi Asanzwe ahibongoza inyuma yaho aviriye muri Level yamukujije ikamurera asigaye akora Indirimbo zikurikirana Biboneka ko atagahengwe ariko arabaha abakunźi biwe Bikaba bivurwa n’abamwe mubafana biwe.
Mb Data Yaganiriye n’umukozi wa Genesisbizz yamubwiyeko inyuma yo kwubakana n’umufasha wanje ndiko ndaronka imigisha Myinshi msigaye nkora cane gusumba kare ati Vuba ndabongera iyindi Muryoherwe.
Indirimbo MALOKWE imaze umusi umwe ifise Amasanamu meza Ikaba ifise Views ibihumbi birenga 14 yakozwe n’umuhinyanyuzi Brian Smith Asanzwe amukorera Amasanamu.