BURUNDI: MOH 2 yasiguye impamvu gukorera umuziki mu mahanga bigora cyane

Umuririvyi MOH 2 w’Umurundi akaba akorera umuziki we mu gihugu cya Kenya yatangaje impamvu gukorera umuziki mu mahanga bigora abaririvyi.

MOH 2 ni umuririvyi w’Umurundi ukorera umuziki mu gihugu cya Kenya. Asigura ko gukorera umuziki mu mahanga bigora cane.

MOH 2 amazina yahawe n’abavyeyi ni Ndico Mohammed Seif.

Akaba arumuririvyi yavukiye i Bujumbura ,mu Buyenzi ,akaba yatanguye umuziki muri 2017 ,aho yarose amahirwe yo kwinjira studio muri 2011 ,aho ntiyaciste intege yakomeje kuguma akora .

Moh 2 ubu ngubu tuvugana akaba yaryoheye abafana biwe kundirimbo yise ’’A’GO TAKE YOU ’’ ,akaba ari ndirimbo ikuzwe nabenshi ,aho ariyo ndirimbo yamuciriye inzira.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO