Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Madiba Tha Classic yijeje abakunzi biwe kubaha indirimbo nsha mu minsi ya vuba.
Madiba Tha Classic numwe mubaririvyi bakiri bato ,aho arumuririvyi ariko aragerageza gushikana impano yiwe kure .
Madiba Tha Classic aho inyuma yindirimbo ’’UYUMUSI’’ndeste yanavugishije benshi,Madiba Tha Classic ababwira yuko agira abazanire iyindi vuba cane .
Madiba Tha Classic aho ababwira kubandanya mwumviriza ’’UYUMUSI’’ .
Raba uyumunsi ya Madiba Tha Classic ngaha.