BURUNDI: Mb Data Ati Ndagarutse kandi sinteganya gusubiza umugongo inyuma kuko nje niteguye
- by McBlizzo
- 24/02/2023 saa 10:35

Inyuma y’igihe atavurwa ataco aha abakunzi biwe Birangiye avuzeko vuba Igikorwa bigoye gusohoka kubwinshi atakibuza
Bamwita Butoyi Moïse Asanzwe aba mugisagara ca Bujumbura abebshi bazi nka Mb Data akaba yubatse umugore umwe n’Umwana akaba Ari mubaririmvyi bakoze Ubugenzi biciye mumategeko.
Amakuru dukura kubamwegereye biravurwako agiye kuduha Igikorwa vyinshi muri uyu mwaka inyuma yo guca mungorane nyinshi ariko zamukomeje akaba avuga ko Hari benshi bipfuza ko asubira inyuma.
Inyuma yo kuvavanura na M.A.Production Maze Yashize Nawe Ico yise NAWEYE HOUSE akaba avugako agiye nawe gufasha bamwe mubaririmvyi bariko barakora cane cane Abarundi mugihe benshi kidoga ko batabafasha.
Wegereye abari hafi yiwe bakubwira ko mukigega c’indirimbo za Mb data huzuye ahubwo Ngo habuze umwanya abahe Ibikorwa abasaba ko mwomushigikira vuba Igikorwa cambere arakibaha.