BURUNDI: Mista Champagne yatangaje kagira arekure indirimbo yitwa ’’SOINS’’

Mista Champagne ni umwe mu baririvyi bakunzwe cane mu Burundi. Kuri ubu akaba yatangaje ko agiye kurekura indirimbo nsha yise Soins.

Mista Champagne yatangaje kwagira arekure indirimbo yitwa ’’SOINS’’aho muzi yuko iyi ’’SOINS’’yaguma ayikorera ama challenge atanumwe yarazi kohagira havemwo indirimbo .

Ni Mista Champagne asazwe aru umuririvyi azi kwidandaza uravye kuri Facebook ndeste no kuri Instagram ,akaba ari nawe muririvyi yatanguye kuba verifier Instagram .

Mista Champagne akaba yaraheruka kuronka ubu Ambassadeur muri JC TRAVEL, aho yaraheruka no gukora indirimbo arikumwe na Christian Bella asazwe akomoka mugihugu ca Tanzanie.

Raba Ringa ya Christiana Bella na Mr Champagne ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO