BURUNDI : Momo Melody Yasangije abakunzi biwe Indirimbo nshasha Yise "Gimme"

Momo Melody N’umuririmvyi w’Umurundi kuva muri Lebel ya Mastermusic Irongowe N’umuririmvyi Masterland.

Momo Melody n’umwe mu baririmvyi bakunzwe n’abafana, Akaba akunze kuboneka cane mu ndirimbo z’urukundo akenshi bigatuma abakiri bato bamukunda.

Inyuma y’igihe kitari gito yibwe Urubuga rwiwe rwa Youtube ntiyacitse intege Kuko yarasanzwe afise ingabirano muri We kandi ashigikiwe N’umuririmvyi Masterland muri Lebel ya Mastermusic.

Uyu musi niho yasangiza abakunzi biwe igikorwa gishasha Yise Gimme Inyuma y’igihe gatariko araboneka.

Umviriza iyi mpano ni Gimme By Momo Melody

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO