BURUNDI: Monia Fleur yahaye abakunze be indirimbo nshasha yise "Patena"

Monia Fleur n’umuririmvyikazi w’Umurundi asanzwe akora umwuga wiwe wo Kuririmba. Ugerageje kuraba, ni umwigeme Azi iyo ariko araja atanguye umuziki Vuba cane ariko urwego ariko rurashimishije ntawobigaya.

K’urubuga rwiwe rwa "YouTube" afise indirimbo zigera kuri zitanu zose zikaba zifise Amasanamu.

Inyuma yaho aduhaye Vidéo Visualiser Yise "The Way" Ubu hoho agarutse n’iyindi Yise "Patena".

Monia Fleur ati: "NKUNDIRA TWIBERE ABA PATENA MAZE NANJE NKUBERE UMU PATENA" Mukirundi ciza ariko asaba ko boba Abafasha.

Raba Patena by Monia Fleur ngaha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO