Umuhanzi Limu yashyize hanze indirimbo igaruka ku butwari bw’abanyeshuri b’i...
- 24/03/2023 saa 11:24
Mutima Le Commedie yarose akandi karyo kokuja kunezereza umukuru w’igihugu c’Uburundi ,aho nimugihe yari yahaye umubonano urwaruka rw’Uburundi .
Aho nimugihe umukuru w’igihugu yaha umubonano urwaruka rw’Uburundi ,aho Mutima Le Commedie yasubiye koronka akaryo kokunezereza abari mwiryo huriro .
Aho mutima yavuze amajambo akomeye cane nkurwaruka rw’Uburundi ,aho ayo majambo yaraba (abaririvyi ,abatwenza ,abaririmba karaoke ....) aho yasavye ko bokugurura ibiteramo ,ngo kubera aho bageze ubukene burabishe.
Aho yavuze yuko umuririvyi canke umu commedie badakoze ibiteramo batoshobora kwibeshaho .
Aho vyaryoheye benshi cane ndeste hakaba haciye haboneka umuririvyi azwi kwizina rya Vichou Love aho yaciye amenyesha abakunzi bumuziki kagira ashire hanze indirimbo yise ’’Mutima Urumugabo ’’ aho iyo ndirimbo ariyo gushimira Mutima Le Commedie ,kubwibintu yavugiye imbere ya nyene icubahiro umukuru wigihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye.