BURUNDI: "Ndakwemeza" Niyo ndirimbo igiye gusohoka Ku Ruhande rwa Mr Lee
- by McBlizzo
- 12/02/2022 saa 08:53

Mr Lee arikumwe na Frank Duniano Bagiye kubahereza abakunzi babo indirimbo bise "Ndakwemeza".
Mr Lee N’umuririmvyi akicaruka Yatanguye umuziki ari umutamvyi (Dancer) Inyuma yaho aza kubivamwo aba umuririmvyi.
Frank Duniano nawe Akaba ari Umuririmvyi w’umudiho wa hip hop nawe Akaba Yatanguye kuva kera muri Wanajeshi ihurikiyemwo abantu nka ba T Max , DJ Dady, Big Fizzo n’abandi Benshi, Inyuma yaho aza kuba umuririmvyi yikorana kugiti ciwe
Mr Lee asanzwe abarizwa miri Jay C Production Akaba agiye Guha abakunzi Biwe igikorwa Yise "Ndakwemeza Arikumwe na Frank Duniano kikazoza gifise n’amasanamu