BURUNDI: Umuririmvyi Medilove yatangarije abakunzi be ko abafitiye indirimbo nshasha

Umuririmvyi Medilove wari umaze umwaka adakora umuziki aragarutse n’iyindi Ndirimbo tutaramenya izina ryayo. Ibi uyu muririmvyi yabitangarije abakunzi biwe ko abafitiye indirimbo nshasha abasangiza vuba ariko atatangaje amazina yayo.

Medilove N’umuririmvyi w’Umurundi akorera umuziki mu Burundi Akaba ari Umuririmvyi akicirondeza.

Inyuma yaho asangije abafana biwe n’abakunzi B’umuziki w’i Burundi indirimbo Ifise Amasanamu Meza Ariyo "Good Girl" akaba Ariyo Ndirimbo yamwugururiye imbibé nkuko avyivugira , agira asubire kubaha Ikindi gikorwa.

N’uwanka urukwavu aremera ro runyaruka nyimba utemera ko Uburundi Bufise abana Benshi bariko baritanga Aho amajambere yakujanye nk’uko abakunzi B’umuziki babivuga

Raba Good Girl by Medilove ngaha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO