BURUNDI: Nziza Desire na Double Jay bagiye guhurira mu ndirimbo bise "Hafi Yanje"

Nziza Desire na Double Jay bakaba bagira bashire hanze indirimbo bise ’’HAFI YANJE’’. Nziza Desire akaba arumwe mubaririvyi batanguye umuziki kuva kera ,akaba yamenyekanye mubihugu bigiye bitandukanye.

Nziza Desire numwe mubaririvyi bakoze umuziki kuva kera ,ndeste indirimbo yakoze zikudwa nabatari bake.

Uyu muririvyi yaramaze igihe atari mu Burundi, aho yari mumahanga ,akaba agaruste atangaza ko bagiye gushira hanze indirimbo ’’HAFI YANJE’’ ,ndeste iyo ndirimbo ikazozanana namasanamu.

Iyo ndirimbo akaba yayikoranye na Double Jay aho tuzi uyu muririvyi arumwe mubihangange mubaririvyi b’Uburundi .

Double Jay iyo akoze indirimbo kenshi itegerezwa kumenyekana ahatari hake ,nko mu Rwanda nahandi hatandukanye ,aho na Dumba akomoka mugihugu c’u Rwanda yabivuze katawumurutira Double Jay.

Mbega turibaza iyo baza kuba barikumwe na Nziza Desire iza kuba imeze gute.

Indirimbo Hafi Yanje itegerejwe kuja hanze uyumunsi 19:00

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO