BURUNDI:O.L.G_Olegue yamenyesheje abafana kagira ashire hanze indirimbo yise "AKADAJE’

Umwe mu bahanzi bakunzwe cyane mu gihugu c’Uburundi, O.L.G Olegue yahishuriye abakunzi be ko agiye kubaha indirimbo nsha yise "Akadaje."

Ni nyuma yaho O.L.G_Olegue yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’BOSS’’ iyo indirimbo ikaba yaramenyekanye cane mu gihugu c’Uburundi.

Aho nimugihe yaraheruka gutahukana primustar akaba yahawe amafaranga angana na 15,000,000 fbu.

Uyu muririvyi ugiye uraraba indirimbo ziwe zose kumazina azita, biboneka ko afite ubuhinga mu gukora udusha ndetse akaba ari umuririvyi akiri muto cane.

O.L.G_Olegue twakubwira ko rimwe yigeze gufungwa azira indirimbo yari yise ’’Delegue_general’’.

O.L.G_Olegue akomeza kuryohera abafana biwe .ndeste akaba amaze no kwamamara no mu makungu aho no mu Rwanda abenshi bamuzi ku ndirimbo yakoranye na PAPA CYANGWE bise ’’NZONZE’’.

Kuri ubu Akadaje niyo ndirimbo nsha agiye gushira hanze.

Reba NZONZE ya Papa Cyangwe na Olegue Hano.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO