BURUNDI : P Love Inyuma Y’indirimbo arikumwe na Blayzo Mamelody Aragarutse kandi na "Kadogo"

Money Team n’umuryango usanzwe ureze Umuririmvyi P Love Hamwe Na Blayzo Inyuma yo kuduha indirimbo "Akana" Money Team ituzaniye kandi "Kadogo" By P Love.

P Love n’umwe mu baririmvyi bariko barakora cane Mu muziki w’Uburundi, n’umwe mu bantu bariko baragerageza kuduza ibendera ry’igihugu abifashijemwo Na Management Yiwe Money Team.

Haheze Igihe Basohoye "Akana" Arikumwe na Blayzo Ubu naho Aragarutse kandi N’indirimbo yise "Kadogo" yakorewe muri New Era Kwa X Fecta.

Amakuru dukesha Abegereye Uwo Muryango Wa Money Team baratubwira neza Ko Iyo Ndirimbo izoba imeze neza amasanamu Meza Nkuko Batigera bamaramaza Abakunzi babo, P Love asanzwe Avuka I Makamba Nyanzalac.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO