BURUNDI: Pechie B Nation ati ’’NYAWU’’ ikaba ari indirimbo shasha yasangije abakunzi biwe

Pechie B Nation ahejeje gushira hanze indirimbo yise ’’NYAWU ’’ aho yarikumwe n’amasanamu .

Aho arumuririvyi ariko abikora neza ,novuga yuko anatanguye umuziki vuba ,aho hariheze amezi ane ataryohera abakunzi bumuziki Ndundi.

Ni Pechie B Nation aho yaraheruka gushira hanze indirimbo yitwa ’’YOU’’ aho iyo ndirimbo yashiste kure ndeste hatandukanye .

Akaba ari n’umuririvyi ariko aragerageza kwagura imbibe z’Uburundi ,aho haheze amasaha 22 ashize hanze indirimbo yise ’’NYAWU’’.

Raba ’’NYAWU’’ by Pechie B Nation

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO