BURUNDI : Raba abazotorwa muri Amical Des Musicien Du Burundi.

Aho bukera igenekerezo rya 6/02/2022 niho hazotorwa uwuzogenwa kurongora Amical Des Musicien Du Burundi .
Aho bukera kuwa 06/02/2022 niho hazoba amatora yabazogenwa gutwara AMB (Amical Des Musicien Du Burundi ) ,mbega nawe ninde uha amahirwe hangati yaba bantu : Cedric Bagy , Dj Brigth , Kimana Edith Stein .
Cedric Bagy numuririvyi wakera aho afise indirimbo nyishi zigiye zitandukanye ,akaba yaramenyekanye mundirimbo zigiye zitandukanye ,ndeste no mu makungu .
Kimana Edith Stein akaba arumurongozi wumurwi wa Bantu Bwoy aho uwo murwi urimwo abaririvyi bagiye batandukanye nka Big Fizzo ,Drama_T , Msamalia nabandi ntarize kuvuga .
Ayo matora akazoba igenekerezo rya 6/02/2022 ,aho twibaza hagati yabo bantu batatu ninde azoza imbere .
Cedry Bagy
Kimana Edith Stein
Dj Brigth