BURUNDI: Rally Joe yashize hanze indirimbo yise Mariya

Rally Joe ni umwe mu baririmvyi bakunzwe cyane mu Burundi. Nyuma yo kumara igihe kirekire atagaragara muri muziki yaciye abandanya gushira hanze indirimbo nsha.

Uyu muririmvyi yamenyekane mu ndirimbo nyinshi nk’iyo yise "Kuri Kakagezi".

Ubu agarukanye indirimbo nsha nyuma y’uko yasaga nk’uwahevye umuziki akaba yarasazwe akora ivyo gucapa.

Rally Joe ni umwe mu baririmvyi batanguye umuziki kera cane ndetse yamenyekanye ahantu hatari hake.

Raba "Mariya" ya Rally Joe ngaha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO