BURUNDI : Ree Throne aratangariza abakunzi biwe n’abakunzi B’umuziki w’i Burundi kubaha Ikindi gikorwa

Ree Throne avuga ko Umwanya n’umwanya arabaha Ikindi gikorwa Inyuma Ya Bado indirimbo Ifise Amasanamu asa neza.

Ree Throne n’umuririmvyikazi asanzwe akora umudiho cane cane wa Hip Hop Akaba yaheruka Gusangiza abakunzi biwe n’abakunzi B’umuziki w’i Burundi indirimbo Yise bado.

Inyuma yiyo Ndirimbo imaze igihe isohotse Ree Throne aratangaza Kurekura Ikindi gikorwa gishasha Vuba cane atavuga ATI: "Bakunzi B’umuziki n’abakunz Nanje iki Nico gihe umwanya n’umwanya ndabongera akandi Kantu kumutse .

Tubibutsako Uyo mwigeme N’umuririmvyikazi ariko aravyifatamwo neza mu bikorwa vyiwe.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO