BURUNDI: Saint Boy aritegura gushira hanze igikorwa gisha ataratangaza amazina nyuma ya My Size
- by McBlizzo
- 11/02/2022 saa 11:29

Igaruka rya saint Boy Mu muziki Aje atuzaniye Ikindi gikorwa Vuba cane Arabasangiza indirimbo nshasha.
"Saint Boy" N’umuririmvyi Yatanguye umuziki muri 2020 inyuma yaho aza gukora cane akora indirimbo zigiye zitandukanye aza kuba umuririmvyi akiri muto Ariko akora cane kugira yiteze Imbere ateze Imbere n’igihugu ciwe camwibararutse.
"Saint Boy" Inyuma yaho aduhaye indirimbo Yise "My Size" Ubu hoho agiye kuduha Iyindi Vuba cane , N’umuririmvyi asanzwe afashwa cane n’umuhinyanyuzi "C-Jay-Probeat" munyubakwa Ya "Focus Studio".
Twakwibutsa ko "Saint Boy ariko aritegura cane mugukora Amasanamu yiyo Ndirimbo itaramenyekana uko izoba yitwa
Umviriza M’y SIZE uciye kuri Iyi Link
Ibitekerezo
Nnuyomuririmvyinumurundi ?
Mwoturosaiyondimbo