BURUNDI : Sat B yamaze gushika muri Tanzaniya mu giteramo ca Harmonize

Sat B Niwe Muririrmvyi yaserukiye Uburundi Mu Giteramo East Carnival Mu Gihugu ca Tanzaniya Categuwe na Harmonize.

Inyuma y’Ibikorwa vyinshi Yagiye arakora sat B Ubu agiye guhurira Hamwe mu giteramo Kimwe n’ibihangange vyo Muri Africa cane cane East Africa Akaba we avuga ko agiye guserukira Uburundi neza.

Abakunzi b’umuziki babandanya basaba Abarundi baba muri Tanzaniya ko boja gushigikira Umuririmvyi wabo Sat B.

Ku isaha 9h00 niho Yashizeko ifoto ari ku kibuga c’indege ca Tanzaniya avuga ATI "Hello Te" Abarundi benshi bakaba bamwipfurije amahirwe n’imigisha Hamwe na Manager wiwe Kent P.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO