BURUNDI: Sat-B yavuze amajambo akomeye cane ku muririvyi Big Fizzo abinyujije ku rubuga rwa Twitter

Sat B ni umwe mu baririvyi bakunzwe cane mu Burundi, Kuri ubu yavuze amajambo akomeye cane ku muririvyi Big Fizzo nawe ukunzwe cane mu muziki Ndundi. Aya majambo yayamubwiye abinyujije kuri Tweeter.

Sat B numwe mu baririvyi bariko bakora neza cane ndeste bigakudwa ,aho nimugihe aguma yagura umuziki Ndundi awushikana kure mu bindi bihugu bigiye bitandukanye.

Ni mugahe yandiste ku rubuga rwiwe rwa Tweeter ,aho yavuze amajambo akomeye ayerekeza ku muririvyi Big Fizzo ,aho yavuze ati : " Big Fizzo Ivyo yavuze ni vyiza biramwubahisha ni mbere yacu batoya biwe ,gutyo tukaronkeraho dufatira kugira tumwubahe tumuhe niteka rimukwiriye. Ibisigaye buri muntu kw’isi afise vision zitandukanye canke zimeze kumwe kuriyi ncuro nti #BRAVO......"

Ivyo ni bimwe mu vyandistwe na Sat B aho abenshi bari bazi ko badahuza na Big Fizzo ,tukibaza mbega nigiki kiri inyuma yabo .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO