BURUNDI : Tomson The Voice killer Ahejeje gushira ahabona indirimbo yiwe "Anaconda" Arikumwe na Double Jay

Inyuma Ya "Saye","Umunoho" Arikumwe na B Face On The Flow Ubu naho Aragarutse Niyo yise Anaconda Arikumwe na Double Jay (Biliman Boy).

Tomson The Voice Killer N’umuririmvyi Yatanguye umuziki kuva kera cane, Amakuru dukura kuri We nyene ubwiwe aravuga ati : "umuziki wanje utandukanye nuw’abandi bakora kuko jewe Mba Nshaka iyo ndi kuririmbika ngireko ntamba, aha mu Burundi Hari abaririmvyi bake bokora Ivyo nkora".

Inyuma Ya "Saye" Aragarutse kandi n’iki gikorwa gishasha Arikumwe na Double Jay Yise "Anaconda" ni indirimbo Nshasha imaze umwanya muto Igiye ahabona,yakozwe n’umuhinyanyuzi tuzi cane Kolly The Magic.

N’umuririmvyi akubwirako atazigera asohora Audio yonyene idafise Amasanamu.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO