BURUNDI :Umunyamakuru wa Genesis Tv i Burundi witwa "Mc Blizzo" yatoye urupapuro rw’umutsindo.

Kuruno musi umumenyesha makuru wa Genesis tv azwi kwizina rya Mc Blizzo niho yaronka urupapuro rw’umustindo.

Mc Blizzo azwi kwizina yahawe nabavyeyi ,Tuyisabe Blaize, imbere yo kuba umumenyesha makuru yatanguye kuba umu promoter aho hakaba hari muri 2017, aho yabitanguye akiri umwana muto biza kugera aho aza arafasha abantu benshi bagiye batandukanye nk’abaririvyi b’Uburundi benshi yarabafashije vyinshi bigiye bitandukanye .

Mc Blizzo yaje gutangura gukora kuri micro muri 2019 aho yaca aja gukora kuri Flip_G_Tv arakora kugeza nubu niho akiri.

Mc Blizzo yaje gushimwa n’ikimenyesha makuru comu Rwanda gisazwe gikorera kuri Canal + , ubu akaba asazwe abakorera kugeza nino saha ,aho mu Burundi haciye haboneka uwundi mumenyesha makuru wa kabiri azwi kwizina rya Sandor nawe akaba arumumenyesha makuru wo mu Burundi aho akorera Tv yitwa Kz Media ninosaha bakaba bakirikumwe na Genesis Tv.

Ni Mc Blizzo azwi nkumumenyesha makuru wa Flip_G_Tv yo mu Burundi akongera akaba umu menyesha makuru wa Genesis tv yo mu Rwanda ,aho aru mu promoter akomeye cane, kuruno musi itariki 05/02/2022 ariho yatora urupapuro rw’umustindo (diplome ) .

Genesis tv ikaba imukeje ku rugero agezeho ,ko yobandanya arahura ubwenge kugira ashike kure .

Umuryango wa Genesis tv umwifurije gutera imbere kandi wishimiye urupapuro rw’umutsindo yaronse.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO