BURUNDI : Umuraperi "Bizzo Uwezo" yasangije abakunzi biwe EP yise Focus

Mugihe ubona ko hari abaririmvyi ba Hip Hop bidoga bavugako Hip Hop idahabwa agaciro nk’izindi Style, Bizzo Uwezo we siko abibona.

Umuraperi w’umurundi "Bizzo Uwezo" usanga we atita ku bavuga ko Hip-Hop idahabwa agaciro nk’izindi njyana, Ndetse yahise abandanya gukora izindi ndirimbo.

Nyuma y’iminsi mike, uyu muraperi yahise aha abakunzi biwe Amasanamu y’indirimbo Yise "Murakumbuwe" Arikumwe n’a Romeo Inyuma yaho ashira hanze Audio Yise "Ndabihevye" Arikumwe n’umwigeme "Chérine rock".

Hashize Imisi Ibiri Uyu musore Ashize ahabona EP Igizwe n’indirimbo Zitatu :

1.Focus by Bizzo Uwezo FT Endo Mike(Bantu BwoyEnt).
2.My Party by Bizzo Uwezo.
3.Gushika buce by Bizzo Uwezo.

Uru rukurikirane rw’izi ndirimbo (EP: Extended Playlist) akaba we yashimiye kuyita izina rya "Focus"

Twagira tunabamenyeshe ko vuba cane tubazanira ubuzima bwaranze uyu muririrmvyi mubandanye mudushigikira.

Kurikira EP ya Bizzo Uwezo hano

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO