BURUNDI: Umuririmvyi Kingorongoro arabandanya kugabisha abandi baririmvyi bagezi biwe avuga ATI "Uyu mwaka njenje"

NJENJE uyu mwaka Nico civugo c’uyu Muririrmvyi Kingorongoro Inyuma yaho atanze ihiganwa (challenge)Abaririmvyi bamwebamwe bakarirabisha amaso.

Kingorongoro N’umuririmvyi w’umu rapper ariko arabikora neza cane Inyuma yaho atanze ihiganwa (challenge) Abaririmvyi bamwebamwe bakayirabisha amaso bakanka kuyikorerako , ntiyacitse intege yagumye aryohera abakunzi biwe.

Inyuma y’indirimbo NJENJE Arikumwe na Mutima Le Comédien Akaba yayisangije abakunzi biwe irikumwe n’amasanamu yayo, Haciye Imisi Mike aca aduha Iyindi Collaboration Arikumwe n’a Channy Queen Umuririmvyikazi W’umurundi yakoze kera ari muruganwe rumwe n’aba Legend nkaba Big Fizzo hamwe n’a Lolilo.

Wewe yemereye abakunzi biwe ko agiye kubaha ibikorwa urutavanyako nkuko asanzwe Abikora Inyuma yo kuva muri Lebel Ya M A Production.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO