BURUNDI : Umurwi G.S.P Team Uratangariza abakunzi bawo Ko Vuba babaha igikorwa bise "Agira neza "Barikumwe n’a Masezerano

Umurwi ukora Indirimbo zihayagiza Imana GSP Team inyuma y’igihe kinini bataboneka mu gakino baragarutse n’ikindi gikorwa bakoranye n’ibihangange Mu muziki wo Guhayagiza Imana bita "Masezerano".

G.S.P. Team n’umurwi ugizwe n’imisore itatu, Amakuru dukesha ababegereye Batubwira ko iyo misore isanzwe Ivukana.

Haheze Imyaka 10 bariko barakora umuziki uhayagiza Imana Muri iyo myaka barakoze cane mbere barakora n’indirimbo zagiye zirakundwa n’abakunzi babo.

Kubw’agacerere Bari basanzwe barimwo batangaje Bavuga Ko Vuba cane Bagiye kubaha igikorwa gishasha Barikumwe na "Masezerano".

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO