BURUNDI : "Umusoso" indirimbo Igiye gusohoka Ya Pomme Eazi Ari kumwe na Azza Queen

Inyuma y’agacerere Focus studio baragarutse ku yindi samanu nshasha mutari mubamenyereyeko.

Umusoso n’indirimbo Igiye gusohoka Vuba cane y’umuririmvyi POMME EAZI Arikumwe na AZZA QUEEN N’abaririmvyi bakiri bato bahuriye mugikorwa Kimwe.

Inyuma y’agacerere Focus studio Bari barimwo baragarutse kuyindi ncuro indirimbo yakozwe na C Jay Probeat Akaba ari nawe muhinyanyuzi akiri muto akorera iyo studio.

Amasanamu nayo Akaba yakozwe n’umwe mubahinyanyuzi b’amasanamu uzi kw’izina James Morgan akabari ari nawe CEO wa Focus Studio.

Indirimbo Igiye gusohoka Vuba cane Mubandanye mutuba hafi abakunzi ba GenesisBizz kuko Tuzoba abambere mukubasangiza ICO gikorwa.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO