BURUNDI: Umwe mu banyamideli bagezweho mu Burundi "Jojo Fashion" yatanze ubutumwa bukomeye

Umunyamideli azwi kwizina yahawe nabavyeyi NAHAYO JORIS abenshi bakaba bamuzi kuri JOJO FASHION yatanze ubutumwa bukomeye.

Jojo fashion avuga koyatanguye umwuga w’ubunyamideri akiri muto cane ,aho yagiye araca mu mirwi igiye itandukanye.

JOJO FASHION akaba avuga gukorera mumiriwi bituma udashika kuco uba ushaka ,kuko ngohabamwo ikimenyane.

JOJO FASHION ubu tuvugana yahisemwo kwikorana kugira ashike kuciyumviro yashaka .

JOJO FASHION ati mu BURUNDI abanyamideli ntibatwitaho ,ntibabona nibikorwa dukora ,kandi aba ari ibikorwa vyakaranga.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO